Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
  • 8 214
  • 17 812 557
𝐔𝐦𝐮𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐰’𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐄𝐯𝐚𝐫𝐢𝐬𝐭𝐞 𝐍𝐝𝐚𝐲𝐢𝐬𝐡𝐢𝐦𝐢𝐲𝐞 𝐧𝐢𝐦𝐛𝐚 𝐚𝐝𝐚𝐤𝐨𝐫𝐚𝐧𝐚 𝐧’𝐚𝐛𝐚𝐩𝐟𝐮𝐤𝐚𝐦𝐲𝐞 𝐦𝐮𝐧𝐝𝐚 𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐦𝐮 𝐤𝐮𝐠𝐢𝐬𝐚𝐡𝐮𝐫𝐚
𝐧𝐨 𝐦𝐮 𝐤𝐮 𝐠𝐢𝐡𝐞𝐤𝐮𝐫𝐚 𝐚𝐫𝐚𝐛𝐚𝐭𝐢𝐧𝐲𝐚 𝐜𝐚𝐧𝐞 𝐤𝐮𝐤𝐨 𝐛𝐚𝐦𝐮𝐫𝐮𝐬𝐡𝐚 𝐢𝐧𝐠𝐮𝐯𝐮. Frédéric BAMVUGINYUMVIRA Afatiye ku majambo aheruka gushikirizwa na Prezida Ndayishimiye ku bijanye n’ubukene bw’igitoro hamwe no kurya ibiturire uwo yahoze ari icegera c’umukuru w’igihugu avuga ko ivyo Ndayishimiye ashikiriza aba yabiteguye kandi bipanze neza bifise intumbero yiwe bwite
Переглядів: 13

Відео

Journal du 25 Juin 2024
Переглядів 1,3 тис.12 годин тому
Journal du 25 Juin 2024
Amakuru yo ku wa 25 Ruheshi 2024
Переглядів 11 тис.13 годин тому
Amakuru yo ku wa 25 Ruheshi 2024
𝐀𝐦𝐚𝐤𝐨𝐦𝐢𝐧𝐞 𝐲’𝐢𝐧𝐭𝐚𝐫𝐚 𝐲𝐚 𝐊𝐚𝐫𝐮𝐳𝐢 𝐚𝐫𝐚𝐦𝐚𝐳𝐞 𝐢𝐤𝐢𝐫𝐢𝐧𝐠𝐨 𝐤𝐢𝐫𝐞𝐧𝐠𝐚 𝐢𝐧𝐝𝐰𝐢 𝐲𝐨𝐬𝐞 𝐚𝐫𝐢 𝐦𝐮 𝐛𝐮𝐤𝐞𝐧𝐞 𝐛𝐰’𝐮𝐦𝐮𝐲𝐚𝐠𝐚𝐧𝐤𝐮𝐛𝐚.
Переглядів 9618 годин тому
Kimwe mu vyuma bitunganya umuyangankuba carapfuye gituma intara yose itagira umuyagankuba ibituma Imirimo ihungabana. 🎧𝐃𝐚𝐧𝐧𝐲 𝐂𝐥𝐚𝐢𝐫𝐞 𝐈𝐫𝐚𝐭𝐰𝐮𝐦𝐯𝐚
𝐀𝐛𝐚𝐝𝐚𝐧𝐝𝐚𝐳𝐚 𝐛𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐮𝐭𝐮𝐛𝐚𝐫𝐞 𝐝𝐮𝐭𝐨 𝐝𝐮𝐭𝐨 𝐧’𝐚𝐦𝐚𝐛𝐮𝐭𝐢𝐤𝐞 𝐛𝐨 𝐦𝐮𝐫𝐢 𝐳𝐨𝐧𝐞 𝐆𝐚𝐬𝐢𝐛𝐞 𝐤𝐨𝐦𝐢𝐧𝐞 𝐌𝐚𝐭𝐚𝐧𝐚 𝐛𝐚𝐝𝐨𝐦𝐚 𝐮𝐫𝐮𝐭𝐨𝐤𝐞
Переглядів 9818 годин тому
𝐤𝐮𝐫𝐢 𝐛𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐦𝐮 𝐛𝐚𝐝𝐚𝐧𝐝𝐚𝐳𝐚 𝐛𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐚𝐦𝐚 𝐝𝐞𝐩𝐨 𝐲’𝐢𝐛𝐢𝐧𝐲𝐨𝐛𝐰𝐚 𝐯𝐲𝐚 𝐁𝐫𝐚𝐫𝐮𝐝𝐢 𝐤𝐨 𝐛𝐚𝐜𝐢𝐲𝐞 𝐤𝐮𝐛𝐢𝐫𝐢 𝐧’𝐚𝐦𝐚𝐭𝐞𝐠𝐞𝐤𝐨 𝐦𝐮 𝐠𝐮𝐬𝐡𝐢𝐧𝐠𝐚 𝐮𝐭𝐮𝐛𝐚𝐫𝐞.Abo badandaza bato bato bagiriza kandi banyene amadepo ko baca batwara inzoga zose mutubare twabo bakabwira abaje kurangura ko inzoga zaheze, bagasaba ababijewe ko bo batunganiriza. 🎧 𝐌𝐚𝐫𝐢𝐞 𝐀𝐧𝐠𝐞 𝐈𝐑𝐀𝐊𝐎𝐙𝐄
𝐒𝐞𝐧𝐭𝐚𝐫𝐞 𝐲'𝐢𝐧𝐭𝐚𝐧𝐠𝐨 𝐲𝐚 𝐠𝐢𝐬𝐢𝐫𝐢𝐤𝐚𝐫𝐞 𝐲𝐚𝐫𝐚𝐜𝐢𝐫𝐢𝐲𝐞 𝐮𝐫𝐮𝐛𝐚𝐧𝐳𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐬𝐢𝐫𝐢𝐤𝐚𝐫𝐞 𝐛𝐚𝐟𝐮𝐧𝐳𝐰𝐞 𝐛𝐚𝐳𝐢𝐫𝐚 𝐤𝐨 𝐛𝐚𝐧𝐬𝐞 𝐤𝐮𝐠𝐰𝐚𝐧𝐚
Переглядів 13718 годин тому
𝐧'𝐮𝐦𝐮𝐡𝐚𝐫𝐢 𝐰'𝐚𝐛𝐚𝐧𝐲𝐞𝐤𝐨𝐧𝐠𝐨 𝐌𝟐𝟑. Babiri mubarenga 270 barejejwe, abasigaye bacirwa ugufungwa imyaka iva kuri 22 gushika kuri 30. 🎧𝐄𝐫𝐢𝐜 𝐍𝐢𝐲𝐨𝐧𝐳𝐢𝐦𝐚
𝐔𝐦𝐮𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐰’𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐜’𝐮 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐚𝐫𝐚𝐛𝐚𝐧𝐝𝐚𝐧𝐲𝐚 𝐤𝐮𝐲𝐨𝐛𝐞𝐫𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐭𝐚𝐫𝐢 𝐛𝐚𝐤𝐞 𝐦𝐮 𝐦𝐚𝐣𝐚𝐦𝐛𝐨 𝐚𝐝𝐚𝐬𝐢𝐛𝐚 𝐠𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚
Переглядів 1,6 тис.2 години тому
𝐮𝐤𝐨 𝐛𝐮𝐤𝐞𝐲𝐞 𝐮𝐤𝐨 𝐛𝐰𝐢𝐣𝐞. Mu gikorane c’ukwigina imyaka ine amaze ku butegetsi,Prezida NDAYISHIMIYE yaremanze ko azi neza abari inyuma y’ikena ry’igitoro mu Burundi, agirako anamenyesha ko co kimwe n’abandi bapfukamye igihugu mu nda mu kugisahura yabababariye kandi ko atawuzigera akomwakomwa ku butegetsi bwiwe. 🎧𝐉𝐨𝐬𝐢𝐚𝐧𝐞 𝐌𝐔𝐙𝐀𝐍𝐄𝐙𝐀
𝐀𝐛𝐚𝐫𝐨𝐧𝐠𝐨𝐲𝐞 𝐔𝐛𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐧𝐠𝐨 𝐛𝐚𝐫𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐢𝐯𝐲𝐨 𝐛𝐢𝐲𝐨𝐭𝐬𝐚 𝐛𝐚𝐭𝐢𝐧𝐲𝐚 𝐤𝐨 𝐯𝐲𝐨𝐦𝐞𝐧𝐲𝐞𝐤𝐚𝐧𝐚 hamwe boshira mu ngiro
Переглядів 3542 години тому
amasezerano ya Afrika 𝐔𝐛𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐛𝐰𝐚𝐭𝐞𝐲𝐞𝐤𝐨 𝐮𝐦𝐮𝐤𝐨𝐧𝐨 𝐚𝐣𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐧’𝐢𝐧𝐭𝐰𝐚𝐫𝐨 𝐫𝐮𝐬𝐚𝐧𝐠𝐢 𝐢𝐧𝐭𝐰𝐚𝐫𝐨 𝐢𝐛𝐞𝐫𝐞𝐲𝐞 𝐡𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐧’𝐚𝐦𝐚𝐭𝐨𝐫𝐚 𝐚𝐛𝐞𝐫𝐞𝐲𝐞. Jean NDUWIMANA umuvugizi wa OLUCOME Mukiganiro n'abamenyeshamakuru kuruyu wa mbere avugako ibihe uburundi bugezemwo bwari bukeneye nyabuna ikurikizwa ry’ayo masezerano na cane cane ko himirije amatora.
Journal du 24 Juin 2024
Переглядів 6542 години тому
Journal du 24 Juin 2024
Amakuru yo ku wa 24 Ruheshi 2024
Переглядів 15 тис.2 години тому
Amakuru yo ku wa 24 Ruheshi 2024
Journal du 23 Juin 2024
Переглядів 7574 години тому
Journal du 23 Juin 2024
Amakuru yo ku wa 23 Ruheshi 2024
Переглядів 15 тис.4 години тому
Amakuru yo ku wa 23 Ruheshi 2024
Journal du 22 Juin 2024
Переглядів 6297 годин тому
Journal du 22 Juin 2024
Amakuru yo ku wa 22 Ruheshi 2024
Переглядів 15 тис.7 годин тому
Amakuru yo ku wa 22 Ruheshi 2024
𝐑𝐞𝐭𝐚 𝐲'𝐔𝐛𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐲𝐨𝐛𝐚 𝐲𝐢𝐫𝐞𝐧𝐠𝐚𝐠𝐢𝐳𝐚 𝐧𝐤𝐚𝐧𝐚 𝐮𝐛𝐮𝐳𝐢𝐫𝐚𝐧𝐞𝐧𝐠𝐞 𝐛𝐮𝐝𝐚𝐤𝐰𝐢𝐲𝐞 𝐛𝐮𝐠𝐚𝐫𝐚𝐠𝐚𝐫𝐚 𝐦𝐮 𝐛𝐢𝐧𝐲𝐨𝐛𝐰𝐚 𝐛𝐢𝐦𝐰𝐞 𝐛𝐢𝐦𝐰𝐞
Переглядів 1,1 тис.9 годин тому
𝐑𝐞𝐭𝐚 𝐲'𝐔𝐛𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐲𝐨𝐛𝐚 𝐲𝐢𝐫𝐞𝐧𝐠𝐚𝐠𝐢𝐳𝐚 𝐧𝐤𝐚𝐧𝐚 𝐮𝐛𝐮𝐳𝐢𝐫𝐚𝐧𝐞𝐧𝐠𝐞 𝐛𝐮𝐝𝐚𝐤𝐰𝐢𝐲𝐞 𝐛𝐮𝐠𝐚𝐫𝐚𝐠𝐚𝐫𝐚 𝐦𝐮 𝐛𝐢𝐧𝐲𝐨𝐛𝐰𝐚 𝐛𝐢𝐦𝐰𝐞 𝐛𝐢𝐦𝐰𝐞
𝐀𝐛𝐚𝐧𝐲𝐰𝐚𝐧𝐲𝐢 𝐛’𝐢𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚𝐡𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐫𝐲𝐨 𝐤𝐮𝐯𝐮𝐳𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐤𝐨𝐳𝐢 𝐛𝐚 𝐑𝐞𝐭𝐚 𝐌𝐮𝐭𝐮𝐞𝐥𝐥𝐞 𝐝𝐞 𝐥𝐚 𝐟𝐨𝐧𝐜𝐭𝐢𝐨𝐧 𝐩𝐮𝐛𝐥𝐢𝐪𝐮𝐞 𝐛𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐢𝐧𝐠𝐨𝐫𝐚𝐧𝐞
Переглядів 2049 годин тому
𝐀𝐛𝐚𝐧𝐲𝐰𝐚𝐧𝐲𝐢 𝐛’𝐢𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚𝐡𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐫𝐲𝐨 𝐤𝐮𝐯𝐮𝐳𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐤𝐨𝐳𝐢 𝐛𝐚 𝐑𝐞𝐭𝐚 𝐌𝐮𝐭𝐮𝐞𝐥𝐥𝐞 𝐝𝐞 𝐥𝐚 𝐟𝐨𝐧𝐜𝐭𝐢𝐨𝐧 𝐩𝐮𝐛𝐥𝐢𝐪𝐮𝐞 𝐛𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐢𝐧𝐠𝐨𝐫𝐚𝐧𝐞
𝐈𝐧𝐳𝐨𝐠𝐚 𝐳𝐨 𝐦𝐮𝐛𝐰𝐨𝐤𝐨 𝐛𝐰𝐚 𝐋𝐢𝐪𝐮𝐞𝐮𝐫 𝐧𝐢𝐳𝐢𝐧𝐝𝐢 𝐧𝐬𝐡𝐚𝐬𝐡𝐚 𝐳𝐢𝐦𝐚𝐳𝐞 𝐢𝐦𝐢𝐧𝐬𝐢 𝐳𝐢𝐛𝐨𝐧𝐞𝐤𝐞𝐳𝐚 𝐦𝐮 𝐠𝐢𝐬𝐚𝐠𝐚𝐫𝐚 𝐜𝐚 𝐁𝐮𝐣𝐮𝐦𝐛𝐮𝐫𝐚
Переглядів 2769 годин тому
𝐈𝐧𝐳𝐨𝐠𝐚 𝐳𝐨 𝐦𝐮𝐛𝐰𝐨𝐤𝐨 𝐛𝐰𝐚 𝐋𝐢𝐪𝐮𝐞𝐮𝐫 𝐧𝐢𝐳𝐢𝐧𝐝𝐢 𝐧𝐬𝐡𝐚𝐬𝐡𝐚 𝐳𝐢𝐦𝐚𝐳𝐞 𝐢𝐦𝐢𝐧𝐬𝐢 𝐳𝐢𝐛𝐨𝐧𝐞𝐤𝐞𝐳𝐚 𝐦𝐮 𝐠𝐢𝐬𝐚𝐠𝐚𝐫𝐚 𝐜𝐚 𝐁𝐮𝐣𝐮𝐦𝐛𝐮𝐫𝐚
Journal du 21 Juin 2024
Переглядів 4069 годин тому
Journal du 21 Juin 2024
Amakuru yo ku wa 21 Ruheshi 2024
Переглядів 13 тис.9 годин тому
Amakuru yo ku wa 21 Ruheshi 2024
𝐔𝐠𝐮𝐤𝐨𝐫𝐞𝐬𝐡𝐚 𝐚𝐛𝐢𝐠𝐢𝐬𝐡𝐚 𝐚𝐦𝐞𝐳𝐢 𝟗 𝐲𝐨𝐬𝐞 𝐛𝐚𝐝𝐚𝐡𝐞𝐦𝐛𝐰𝐚 𝐧𝐠𝐨 𝐑𝐞𝐭𝐚 𝐢𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐢𝐫𝐞𝐧𝐠𝐚 𝐚𝐦𝐚𝐭𝐞𝐠𝐞𝐤𝐨 𝐚𝐠𝐞𝐧𝐠𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐤𝐨𝐳𝐢
Переглядів 1819 годин тому
𝐔𝐠𝐮𝐤𝐨𝐫𝐞𝐬𝐡𝐚 𝐚𝐛𝐢𝐠𝐢𝐬𝐡𝐚 𝐚𝐦𝐞𝐳𝐢 𝟗 𝐲𝐨𝐬𝐞 𝐛𝐚𝐝𝐚𝐡𝐞𝐦𝐛𝐰𝐚 𝐧𝐠𝐨 𝐑𝐞𝐭𝐚 𝐢𝐫𝐢𝐤𝐨 𝐢𝐫𝐞𝐧𝐠𝐚 𝐚𝐦𝐚𝐭𝐞𝐠𝐞𝐤𝐨 𝐚𝐠𝐞𝐧𝐠𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐤𝐨𝐳𝐢
𝐏𝐫𝐞𝐳𝐢𝐝𝐚 𝐍𝐃𝐀𝐘𝐈𝐒𝐇𝐈𝐌𝐈𝐘𝐄 𝐚𝐯𝐮𝐠𝐚𝐤𝐨 𝐚𝐧𝐞𝐳𝐞𝐫𝐞𝐣𝐰𝐞 𝐧𝐨 𝐤𝐮𝐛𝐨𝐧𝐚 𝐢𝐯𝐲𝐨 𝐲𝐢𝐲𝐞𝐦𝐞𝐣𝐞 𝐦𝐮 𝐤𝐮𝐫𝐰𝐚𝐧𝐲𝐚 𝐢𝐧𝐳𝐚𝐫𝐚 𝐧’𝐮𝐛𝐮𝐤𝐞𝐧𝐞
Переглядів 5289 годин тому
𝐏𝐫𝐞𝐳𝐢𝐝𝐚 𝐍𝐃𝐀𝐘𝐈𝐒𝐇𝐈𝐌𝐈𝐘𝐄 𝐚𝐯𝐮𝐠𝐚𝐤𝐨 𝐚𝐧𝐞𝐳𝐞𝐫𝐞𝐣𝐰𝐞 𝐧𝐨 𝐤𝐮𝐛𝐨𝐧𝐚 𝐢𝐯𝐲𝐨 𝐲𝐢𝐲𝐞𝐦𝐞𝐣𝐞 𝐦𝐮 𝐤𝐮𝐫𝐰𝐚𝐧𝐲𝐚 𝐢𝐧𝐳𝐚𝐫𝐚 𝐧’𝐮𝐛𝐮𝐤𝐞𝐧𝐞
𝐀𝐛𝐚𝐤𝐨𝐳𝐢 𝐛'𝐢𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚𝐡𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐫𝐢𝐜𝐮𝐧𝐠𝐞𝐫𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐭𝐞𝐤𝐚𝐧𝐨 𝐰'𝐚𝐛𝐚𝐧𝐭𝐮 𝐧'𝐢𝐛𝐢𝐧𝐭𝐮 𝐆𝐚𝐫𝐝𝐞𝐫𝐰𝐨𝐫𝐥𝐝-𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐛𝐚𝐫𝐢𝐝𝐨𝐠𝐚
Переглядів 5379 годин тому
𝐀𝐛𝐚𝐤𝐨𝐳𝐢 𝐛'𝐢𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚𝐡𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐫𝐢𝐜𝐮𝐧𝐠𝐞𝐫𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐭𝐞𝐤𝐚𝐧𝐨 𝐰'𝐚𝐛𝐚𝐧𝐭𝐮 𝐧'𝐢𝐛𝐢𝐧𝐭𝐮 𝐆𝐚𝐫𝐝𝐞𝐫𝐰𝐨𝐫𝐥𝐝-𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐛𝐚𝐫𝐢𝐝𝐨𝐠𝐚
Bamwe mu bakozi ba Reta bo mugisata c’indero muri komine n’intara ya Kirundo baridogera itangwa
Переглядів 1999 годин тому
Bamwe mu bakozi ba Reta bo mugisata c’indero muri komine n’intara ya Kirundo baridogera itangwa
Ibiturire n'amanyanga birabandanya kwibonekeza ku ma stations ahasanzwe hatangigwa
Переглядів 2299 годин тому
Ibiturire n'amanyanga birabandanya kwibonekeza ku ma stations ahasanzwe hatangigwa
Journal du 20 Juin 2024
Переглядів 54012 годин тому
Journal du 20 Juin 2024
Amakuru yo ku wa 20 Ruheshi 2024
Переглядів 16 тис.12 годин тому
Amakuru yo ku wa 20 Ruheshi 2024
𝐀𝐛𝐚𝐧𝐲𝐞𝐬𝐡𝐮𝐫𝐞 𝐛𝐨 𝐦𝐮 𝐤𝐢𝐠𝐨 𝐜𝐚 𝐤𝐚𝐦𝐢𝐧𝐮𝐳𝐚 𝐲'𝐔𝐛𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐜'𝐢 𝐙𝐞𝐠𝐞 𝐦𝐮 𝐧𝐭𝐚𝐫𝐚 𝐲𝐚 𝐆𝐢𝐭𝐞𝐠𝐚 𝐛𝐚𝐛𝐨𝐧𝐚 𝐤𝐨 𝐢𝐤𝐞𝐧𝐚 𝐫𝐲'𝐚𝐦𝐚𝐳𝐢
Переглядів 24812 годин тому
𝐀𝐛𝐚𝐧𝐲𝐞𝐬𝐡𝐮𝐫𝐞 𝐛𝐨 𝐦𝐮 𝐤𝐢𝐠𝐨 𝐜𝐚 𝐤𝐚𝐦𝐢𝐧𝐮𝐳𝐚 𝐲'𝐔𝐛𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐜'𝐢 𝐙𝐞𝐠𝐞 𝐦𝐮 𝐧𝐭𝐚𝐫𝐚 𝐲𝐚 𝐆𝐢𝐭𝐞𝐠𝐚 𝐛𝐚𝐛𝐨𝐧𝐚 𝐤𝐨 𝐢𝐤𝐞𝐧𝐚 𝐫𝐲'𝐚𝐦𝐚𝐳𝐢
𝐁𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐦𝐮 𝐛𝐚𝐧𝐲𝐚𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐛𝐨 𝐦𝐮𝐫𝐢 𝐤𝐨𝐦𝐢𝐧𝐞 𝐕𝐲𝐚𝐧𝐝𝐚 𝐢𝐧𝐭𝐚𝐫𝐚 𝐲𝐚 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐫𝐢, 𝐛𝐚𝐯𝐮𝐠𝐚 𝐤𝐨 𝐛𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐢𝐧𝐠𝐨𝐫𝐚𝐧𝐞
Переглядів 20512 годин тому
𝐁𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐦𝐮 𝐛𝐚𝐧𝐲𝐚𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐛𝐨 𝐦𝐮𝐫𝐢 𝐤𝐨𝐦𝐢𝐧𝐞 𝐕𝐲𝐚𝐧𝐝𝐚 𝐢𝐧𝐭𝐚𝐫𝐚 𝐲𝐚 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐫𝐢, 𝐛𝐚𝐯𝐮𝐠𝐚 𝐤𝐨 𝐛𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐢𝐧𝐠𝐨𝐫𝐚𝐧𝐞
𝐆𝐚𝐛𝐫𝐢𝐞𝐥 𝐑𝐮𝐟𝐲𝐢𝐫𝐢 𝐚𝐬𝐚𝐛𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐰'𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐤𝐨 𝐢𝐛𝐢𝐬𝐚𝐭𝐚 𝐯𝐲𝐨𝐬𝐞 𝐯𝐲𝐚 𝐫𝐞𝐭𝐚 𝐯𝐲𝐨𝐬𝐡𝐢𝐫𝐰𝐚𝐦𝐰𝐨 𝐚𝐛𝐚𝐤𝐨𝐳𝐢 𝐛𝐚𝐛𝐢𝐬𝐡𝐨𝐛𝐨𝐲𝐞
Переглядів 9612 годин тому
𝐆𝐚𝐛𝐫𝐢𝐞𝐥 𝐑𝐮𝐟𝐲𝐢𝐫𝐢 𝐚𝐬𝐚𝐛𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐰'𝐢𝐠𝐢𝐡𝐮𝐠𝐮 𝐤𝐨 𝐢𝐛𝐢𝐬𝐚𝐭𝐚 𝐯𝐲𝐨𝐬𝐞 𝐯𝐲𝐚 𝐫𝐞𝐭𝐚 𝐯𝐲𝐨𝐬𝐡𝐢𝐫𝐰𝐚𝐦𝐰𝐨 𝐚𝐛𝐚𝐤𝐨𝐳𝐢 𝐛𝐚𝐛𝐢𝐬𝐡𝐨𝐛𝐨𝐲𝐞

КОМЕНТАРІ

  • @user-rb4qc1dt6m
    @user-rb4qc1dt6m 2 години тому

    😢😢😢

  • @JonathanNduwimana-sl3jw
    @JonathanNduwimana-sl3jw 2 години тому

    Oke

  • @barasokorozaalain4789
    @barasokorozaalain4789 3 години тому

    Nimba warababariye ga mutama abarundi bo ntibarababarira...bazane tubashire kuri stade tubatere amabuye baveho

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 10 годин тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😢😢😢

  • @giraubuzimabwiza9894
    @giraubuzimabwiza9894 12 годин тому

    Bien dit Mr Bavuginyumviro

  • @riverjoshua8141
    @riverjoshua8141 12 годин тому

    .

  • @espoirbcinq2079
    @espoirbcinq2079 13 годин тому

    Ndirabika Augustin , Espoir b5

  • @NiyonkuruAliera
    @NiyonkuruAliera 14 годин тому

    Ahonivyomuzehe

  • @Hi5392
    @Hi5392 15 годин тому

    2:05 rekura Bunyoni rero... kuko ivyo yagirizwa abandi barabikora bakababarirwa

  • @emmanuelficin2321
    @emmanuelficin2321 21 годину тому

    Jeudi NDURUMU et pas Ndurumo!

  • @user-um9dg1tj9b
    @user-um9dg1tj9b День тому

    Uwo mushikirangaji,ni kuki adafata Abo bagitanga Kuri magendo atobafata,cnk arabatinya!!!!😂😂😂😂

  • @riverjoshua8141
    @riverjoshua8141 2 дні тому

    .

  • @DishaniDisha-zm2gm
    @DishaniDisha-zm2gm 2 дні тому

    Komere

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 2 дні тому

    Nibabanze bazane good quality

  • @nijenahageraaugustin6401
    @nijenahageraaugustin6401 2 дні тому

    ivyo mukora vyose ndabarahiye ko mwitiranya ibihe,mwaca mukuzimu muca hejuru canke ahandi mubona vyoshobashobokera hose ntamu HIMA azosubira gutwara uburundi ubuzira herezo ivyo mubimenye mubimenyere. ivyo mutabandanije technologie yanone itarabaho eka nokuobona kure nokumenya kahise kigihugu kumenya iyo twavuye turokotse ihonyabwoko ryakorewe aba HUTU ego ivyitso ntibibura ariko aba HIMA nti munashika na 1% mutikitse kubatutsi mukubasuka aho mwese muba 14% ariko nta 14% izonesha 85% plus 1%ya batwa kuko nabonyene mubahiga nkabahutu urumvako tugombe dufate 14% yabahima na batutsi hamwe na 86% yaba hutu nabatwa muraze dutane mumitwe uwuzonesha uwundi tuzomuhebera abe umuja wuwundi. kuko twarabonye kandi turabona kuvyo murwanda ntagupfa biruta kuriya abahutu babanyarwanda babayeho muze mwihende umuhero wanyu uzoba ugeze.narirya mwamihimbiri mwe mutavyara muri rurangiranwa muburaya gusa nibishegu.

  • @NdereyimanaSamweli
    @NdereyimanaSamweli 3 дні тому

    Numugom😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @DishaniDisha-zm2gm
    @DishaniDisha-zm2gm 3 дні тому

    Komere

  • @Tagt391
    @Tagt391 3 дні тому

    Ntamwubahwa ngaho.umuntu adashoboye akatsi ahembwa kiba ari igisuma.mituelle ntavyo nzigera ngize Kuko ni ubusuma bugendagenda

  • @user-ms1rv1ye4x
    @user-ms1rv1ye4x 3 дні тому

    Akazi gatangwa kukimenyane

  • @user-ms1rv1ye4x
    @user-ms1rv1ye4x 3 дні тому

    Emwe mwahutu rekurigihugu ntavyomushoboye gutwarigihu ubwicanyi nubusuma bubaranga gusa

  • @NimpagaritseEmmanuel-yt7td
    @NimpagaritseEmmanuel-yt7td 3 дні тому

    Ningorane ntamunti uratorwa niba biruko

  • @DishaniDisha-zm2gm
    @DishaniDisha-zm2gm 4 дні тому

    Komere

  • @user-em6lj6hx2c
    @user-em6lj6hx2c 4 дні тому

    Vyanse son ntayo

  • @NarcisseUwimana-gd5hl
    @NarcisseUwimana-gd5hl 4 дні тому

    Hari nabahembwa 55000

  • @SamG-hs9xe
    @SamG-hs9xe 4 дні тому

    Ntakuntu Bob Rugurika nabandi bamenyesha makuru botegura ikiganiro kivuga kuvyiza n'amabi ya prezida never muriyi myaka une maze Ari kubutegetsi it can make sense

  • @manyanibi3w372
    @manyanibi3w372 4 дні тому

    Nta 500 étudiants bari i zege, amakuru y' i zege ntameze neza

  • @eliehagerimana9521
    @eliehagerimana9521 4 дні тому

    Pourquoi alors garder des incompétents ? Il n'y a pas de cadres compétents au Burundi ???? C'est probablement la corruption sous ses différentes formes dont le clientélisme, le népotisme, l'ethnisme, l'exclusion partisane... Ce ne sont pas les cadres compétents qui manquent parmi les fils de ce pays . Mais non, l'explication de lourdeur administrative ne tient pas debout. Antérieurement, avant ce pouvoir, le circuit administratif était le même. Changer les idées, changer le personnel, développer le sens de la nation et l'amour de la patrie , le reste suivra.

  • @EdouardNdereyimana
    @EdouardNdereyimana 5 днів тому

    Uwuzoza akiramvy azobona vyishi mu burundi

  • @NiyonkuruAliera
    @NiyonkuruAliera 5 днів тому

    Oyahonisawamutama nawurabibona komera Komera Mbemana Ukubabivuganikubibona

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 5 днів тому

    Mwemwabuze aho mufatwa nkumwana ahiye mukwaha kuko buri mu president wese yatwaye mwamwita umwicanyi kwataco ashoboye twarabamenyereye rero

  • @leonardndayishimiye5711
    @leonardndayishimiye5711 5 днів тому

    😂😂

  • @leonardndayishimiye5711
    @leonardndayishimiye5711 5 днів тому

    😂😂

  • @DishaniDisha-zm2gm
    @DishaniDisha-zm2gm 5 днів тому

    Komere

  • @saidindizeye2206
    @saidindizeye2206 5 днів тому

    Yewe yewe.. 🤔🙆🏾‍♂️ tugiye twabona ndabarahiye 🤦🏾‍♂️

  • @NdacayisabaElvis-zr9re
    @NdacayisabaElvis-zr9re 5 днів тому

    Ningorane muburundi abobuteje imbere nibo babufukamye munda.inzara yishe abenegihugu ngo uburundi buratunze.uburundi nico gihugu ubu gikenye kwisi yose

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 5 днів тому

    DD 😂😂

  • @pierrebange-ek8jj
    @pierrebange-ek8jj 5 днів тому

    nibibazo gusa

  • @EricNdikuriyo-we1ej
    @EricNdikuriyo-we1ej 5 днів тому

    Muravuga,ntimuvura uzobaho,azobona

  • @user-ce6pz9uw7d
    @user-ce6pz9uw7d 5 днів тому

    Babwire ni ABAMENJA B’iwanyu

  • @nzeyimanaprosper8331
    @nzeyimanaprosper8331 6 днів тому

  • @DishaniDisha-zm2gm
    @DishaniDisha-zm2gm 6 днів тому

    Komere

  • @alexisnimubona-ec2lo
    @alexisnimubona-ec2lo 6 днів тому

    .😢

  • @user-um9dg1tj9b
    @user-um9dg1tj9b 6 днів тому

    Ahavuye umugabo ntihasigare umugayo ntawuba yahataha.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 6 днів тому

    amatora aregereje muratanguye kuyavuga ariko ntanguvu mugifise mubikira hanze yigihugu

  • @SamG-hs9xe
    @SamG-hs9xe 6 днів тому

    Umupfu nipfapfane birajana

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 6 днів тому

    N'akamaramaza 😢😢

  • @EricNIJIMBERE-lg4rf
    @EricNIJIMBERE-lg4rf 6 днів тому

    *INFECTIONS URINAIRES & VAGINALES* : *(UBWANDU BUFATIRA MUGIHIMBA CIRONDOKA GORE NIGISOHORA UMWANDA MUTO)* Yemwe Yemwe indwara za infections urinaires na vaginales zisigaye ari nkikiza mwisi yose nacane cane kubakenyezi n'abigeme. Igituma ibakarira kurusha abagabo: - *Igitsina gore kirahantu hihishije* (haratugutirwa caaane) - *Kirasamaye* (udukoko duterindwara biratworohera kwinjirayo) - *Baricara bagiye kuri toilette*( wicaye ahuwundi yicaye arwaye nawe ucawandura) - *Ntibagorora uduhuzu Twabo twomunsi* (kandi bamesesha wamasabuni akozwe muma acide ,kandi bakatwanikira ahadashika izuba kuko benshi batwanika muri douche nomuvyumba) I. *Ibimenyetso vyizo infections* : ➡️Gusasatwa ugiye kumwanda muto. ➡️Gusohora ibintu binuka mugihimba cirondoka. ➡️Kuzana uduhere twinshi mugihimba c'irondoka. ➡️Kwiyagaza cane ➡️Kwumva ubushe canke imisonga musi y'umukondo. ➡️ Gusohora amashira mugihimba c'irondoka. ➡️ Gusohora amaraso mugihimba c'irondoka. II. *Ingaruka mbi zitegwa na infections urinaires na vaginales*. ➡️Ubugumba (Stérilité) ➡️Gukorora inda (Avortement) ➡️Cancer du col de l'utérus (Canceri y'ugwijiriro gw'igitereko) ➡️ Cancer de l'utérus (Canceri y'igitereko) ➡️Kwuma mugitsina mugihe c'imibonano mpuza bitsina. ➡️ Kugira ububabare budasanzwe mugihe c'imibonano mpuza bitsina. Woba wifuza kumenya icogufasha?Woba ugwaye infections ?Woba ukeneye kumenya uko wokwikingira infections urinaires & urinaires ? Sangiza ubwo butabazi umugenzi kuko ivyobibazo bishobora gusambura ingo. Wewe usanzwe ufise infection zitandukanye nawe Uzi umugenzi azifise, ngwino canke umuhe aya makuru andondere ndamufashe bigende neza. WhatsApp: *+257 62790705* KUBWA CENTRE NUTRITIONNEL BURUNDI

  • @nizigamaeric3824
    @nizigamaeric3824 6 днів тому

    Yewegaye

  • @vanny387
    @vanny387 7 днів тому

    Wakwanza nipe like zangu after 10 hours no comment nomaa